Imigani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+. Yesaya 48:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Raba! Naragutyoroye, ariko si nk’ifeza+. Naraguhisemwo mw’itanure riyaza ivyuma ry’amarushwa+. Yeremiya 6:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+.
3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+.
29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+.