Yesaya 54:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Raba! Jewe ni je naremye umuhinguzi w’utugenegene, umwe ahuha+ umuriro w’amakara+ akazana ikirwanisho bwa kintu ahinguye. Jewe kandi ni je naremye umuntu ahonya+, ndamuremeye igikorwa c’ugusambagura. Yeremiya 6:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+.
16 “Raba! Jewe ni je naremye umuhinguzi w’utugenegene, umwe ahuha+ umuriro w’amakara+ akazana ikirwanisho bwa kintu ahinguye. Jewe kandi ni je naremye umuntu ahonya+, ndamuremeye igikorwa c’ugusambagura.
29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+.