Yeremiya 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaze gukora ivyo bintu vyose, nagumye mvuga ko azongarukako, mugabo ntiyagarutse+; kandi Yuda yagumye yitegereza mwene wabo w’umuhemu+.
7 Amaze gukora ivyo bintu vyose, nagumye mvuga ko azongarukako, mugabo ntiyagarutse+; kandi Yuda yagumye yitegereza mwene wabo w’umuhemu+.