Ezekiyeli 16:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “‘Mukurwawe ni Samariya+ be n’ibisagara bihakukira+, uwuba ibubamfu bwawe; murumunawe na we, uwuba iburyo bwawe, ni Sodomu+ be n’ibisagara bihakukira+. Ezekiyeli 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, habaye abagore babiri, abakobwa basangiye nyina+.
46 “‘Mukurwawe ni Samariya+ be n’ibisagara bihakukira+, uwuba ibubamfu bwawe; murumunawe na we, uwuba iburyo bwawe, ni Sodomu+ be n’ibisagara bihakukira+.