Ezekiyeli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi warafata abahungu bawe n’abakobwa bawe wari waramvyariye+, ukabatanga bwa kimazi kuri vyo ngo barotswe+—mbega ntiwogeza aho ubumaraya bwawe? Abagalatiya 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uyo Hagari rero agereranya Sinayi+, umusozi wo muri Arabiya, akaba ahwanye na Yeruzalemu y’ubu, kuko iri mu bushumba+ hamwe n’abana bayo.
20 “‘Kandi warafata abahungu bawe n’abakobwa bawe wari waramvyariye+, ukabatanga bwa kimazi kuri vyo ngo barotswe+—mbega ntiwogeza aho ubumaraya bwawe?
25 Uyo Hagari rero agereranya Sinayi+, umusozi wo muri Arabiya, akaba ahwanye na Yeruzalemu y’ubu, kuko iri mu bushumba+ hamwe n’abana bayo.