Kuvayo 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umusozi Sinayi ufumba umwotsi hose+, bitumwe n’uko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Kandi umwotsi wawo waguma uduga nk’umwotsi w’itanure+, kandi umusozi wose wariko urajugumira cane+. Abaheburayo 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ico mwegereye atari igishobora gukorakorwa+ kandi catongojwe umuriro+, be n’igicu cijimye n’umwiza w’umuzitanya n’igihuhusi+,
18 Umusozi Sinayi ufumba umwotsi hose+, bitumwe n’uko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Kandi umwotsi wawo waguma uduga nk’umwotsi w’itanure+, kandi umusozi wose wariko urajugumira cane+.
18 Kuko ico mwegereye atari igishobora gukorakorwa+ kandi catongojwe umuriro+, be n’igicu cijimye n’umwiza w’umuzitanya n’igihuhusi+,