ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi.

  • 2 Ngoma 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bene Isirayeli bose bariko baritegereza igihe umuriro wamanuka n’ubuninahazwa bwa Yehova bukaba kuri iyo nzu; baca barunama+ mu maso habo hashika hasi kw’isaso, bakubita inkoro hasi+ maze bakengurukira Yehova, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika