Zaburi 106:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Bahumanywa n’ibikorwa vyabo+,Baguma bashurashura biciye ku vyo bakora+. Hoseya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Jewe ubwanje naramenye Efurayimu+, kandi Isirayeli ntiyampishijwe+. Kuko ubu, ewe Efurayimu, wafashe abagore nk’aho ari abamaraya+; Isirayeli yarihumanije+. Hoseya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu nzu ya Isirayeli nahabonye ikintu giteye ikinya+. Aho ni ho hari ubusambanyi bwa Efurayimu+. Isirayeli yarihumanije+.
3 Jewe ubwanje naramenye Efurayimu+, kandi Isirayeli ntiyampishijwe+. Kuko ubu, ewe Efurayimu, wafashe abagore nk’aho ari abamaraya+; Isirayeli yarihumanije+.
10 Mu nzu ya Isirayeli nahabonye ikintu giteye ikinya+. Aho ni ho hari ubusambanyi bwa Efurayimu+. Isirayeli yarihumanije+.