ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Aho Yehova abiboneye, yaciye abagaya+,

      Kubera umwikomo abahungu biwe n’abakobwa biwe bamuteye.

  • Zaburi 78:59
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 59 Imana irumva+, iraraka+,

      Bituma ikengera Isirayeli bimwe bibi+.

  • Zaburi 106:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Maze ishavu rya Yehova ritangura kururumbira abantu biwe+,

      Araheza yanka urunuka intoranwa yiwe+.

  • Yeremiya 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Emera ukosorwe+, ewe Yeruzalemu, kugira ngo noye kukuzinukwa nkirabira hirya+; kugira ngo sindakugire igiharabuga, igihugu ata wukibamwo+.”

  • Yeremiya 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umwe ari intoranwa yanje yambereye nk’intambwe mu kibira. Arantontomeye. Ni co catumye ndamwanka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika