Yeremiya 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi. Ezekiyeli 16:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kandi nzogutanga mu kuboko kwabo, na bo ntibazobura gusambura ikidunduri cawe+, kandi ahantu hawe hakirurutse ntihazobura gusiturirwa hasi+; emwe, bazogukoba impuzu zawe+, batware ibintu vyawe vyiza+, bagusige amenya, uri gusa. Hoseya 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kugira ngo sindamwambure agasigara ari gusa+, nkamugira koko nko ku musi yavukiyeko+, nkamugira koko nk’agahinga+, nkamugira nk’igihugu kigadutse+, nkamwicisha inyota+. Ivyahishuwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.
22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi.
39 Kandi nzogutanga mu kuboko kwabo, na bo ntibazobura gusambura ikidunduri cawe+, kandi ahantu hawe hakirurutse ntihazobura gusiturirwa hasi+; emwe, bazogukoba impuzu zawe+, batware ibintu vyawe vyiza+, bagusige amenya, uri gusa.
3 kugira ngo sindamwambure agasigara ari gusa+, nkamugira koko nko ku musi yavukiyeko+, nkamugira koko nk’agahinga+, nkamugira nk’igihugu kigadutse+, nkamwicisha inyota+.
16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.