Gusubira mu vyagezwe 28:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Kandi bazorya koko icamwa c’ibitungwa vyawe n’icamwa c’ubutaka bwawe gushika uzimanganye+, kandi nta rutete, nta muvinyu mushasha canke amavuta, nta mutavu w’inka zawe canke uruvyaro rw’umukuku wawe bazogusigariza gushika bakuranduye+. Ezekiyeli 16:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kandi nzogutanga mu kuboko kwabo, na bo ntibazobura gusambura ikidunduri cawe+, kandi ahantu hawe hakirurutse ntihazobura gusiturirwa hasi+; emwe, bazogukoba impuzu zawe+, batware ibintu vyawe vyiza+, bagusige amenya, uri gusa.
51 Kandi bazorya koko icamwa c’ibitungwa vyawe n’icamwa c’ubutaka bwawe gushika uzimanganye+, kandi nta rutete, nta muvinyu mushasha canke amavuta, nta mutavu w’inka zawe canke uruvyaro rw’umukuku wawe bazogusigariza gushika bakuranduye+.
39 Kandi nzogutanga mu kuboko kwabo, na bo ntibazobura gusambura ikidunduri cawe+, kandi ahantu hawe hakirurutse ntihazobura gusiturirwa hasi+; emwe, bazogukoba impuzu zawe+, batware ibintu vyawe vyiza+, bagusige amenya, uri gusa.