ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Igitanda canje nakimijagiye imira*, umubazibazi n’umudarasini+.

  • Yeremiya 44:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 mugabo tuzokora ijambo ryose ryavuye mu kanwa kacu+, kugira dufumbishirize umwotsi w’ibimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’ twongere tumusukire amashikanwa y’ikinyobwa+, nk’uko twe+ na ba sogokuruza bacu+ n’abami bacu+ n’abaganwa bacu twagize mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu, igihe twahora duhaga umukate kandi tukabaho tumerewe neza; ico gihe nta vyago twabona+.

  • Ezekiyeli 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Warafata impuzu zawe zideshe ukabipfuka, amavuta yanje n’imibavu yanje+ na vyo ukabitereka vy’ukuri imbere yavyo.

  • Hoseya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo ntiyamenye+ ko ari jewe nari namuhaye intete+ n’umuvinyu usosa n’amavuta, be n’uko nari namugwirije ifeza, n’inzahabu, bakabikoresha mu gusenga Bayali+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika