Ezekiyeli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo. Ezekiyeli 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co catumye ndamutanga mu kuboko kw’abamukunda urukundo rukaze+, mu kuboko kwa bene Ashuri, abo yari yagiriye inambu ikomeye+.
3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo.
9 Ni co catumye ndamutanga mu kuboko kw’abamukunda urukundo rukaze+, mu kuboko kwa bene Ashuri, abo yari yagiriye inambu ikomeye+.