ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 59:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yisunze ivyo umuntu akora, azotanga impera bikwiranye+, ubushangashirwe ku barwanizi biwe, agirire abansi biwe ivyo babereye+. Amazinga azoyahemba ivyo abereye+.

  • Ezekiyeli 16:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 “‘Ko utibutse imisi y’ubuto bwawe+, ukantera kubura amahoro kubera ivyo bintu vyose+, ehe nanje rero nzoshira inzira yawe ku mutwe wawe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kandi ntuzogenda ushishikaye kugira ubushirasoni na bumwe hambavu y’ibintu vyawe vyose biteye ishishi.

  • Abaroma 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+:

  • Abagalatiya 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika