ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ndakwinginze ubwire ya nzu y’ingarariji uti+: ‘Ariko vy’ukuri ntimuzi ico ivyo bisobanura?’ Vuga uti: ‘Raba! Umwami wa Babiloni yaraje i Yeruzalemu, atora umwami waho+ n’abaganwa baho, abazana iwe i Babiloni+.

  • Luka 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika