Yesaya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+. Ezekiyeli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nayo bobo, bumva+ canke batumva+—nakare ni inzu y’ingarariji+—ntibazobura kumenya rero ko umuhanuzi yabaye hagati muri bo+. Ezekiyeli 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.” Ezekiyeli 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Mwana w’umuntu, mbega ab’inzu ya Isirayeli, ya nzu y’ingarariji+, ntibakubajije bati: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’
2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.
5 Nayo bobo, bumva+ canke batumva+—nakare ni inzu y’ingarariji+—ntibazobura kumenya rero ko umuhanuzi yabaye hagati muri bo+.
9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.”
9 “Mwana w’umuntu, mbega ab’inzu ya Isirayeli, ya nzu y’ingarariji+, ntibakubajije bati: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’