Gusubira mu vyagezwe 31:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko jewe nzi neza ubugarariji bwawe+ n’izosi ryawe ridadaraye+. Aho mwarinze mugarariza Yehova+ nkiri muzima kumwe namwe uno musi, hari akantu ninamara gupfa! Nehemiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+. Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+. Ezekiyeli 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.” Ezekiyeli 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Tunganya imvugo y’akagani ku vyerekeye ya nzu y’ingarariji+, uvuge ku biberekeye uti: “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Shirako ya nkono y’umunwa munini; yishireko, uyisukemwo n’amazi+.
27 Kuko jewe nzi neza ubugarariji bwawe+ n’izosi ryawe ridadaraye+. Aho mwarinze mugarariza Yehova+ nkiri muzima kumwe namwe uno musi, hari akantu ninamara gupfa!
26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.
8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.
9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.”
3 Tunganya imvugo y’akagani ku vyerekeye ya nzu y’ingarariji+, uvuge ku biberekeye uti: “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Shirako ya nkono y’umunwa munini; yishireko, uyisukemwo n’amazi+.