ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 21:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Manase kandi asesa amaraso y’intungane+ menshi cane, gushika aho ayuzuza Yeruzalemu kuva ku mpera imwe gushika ku yindi, hambavu y’igicumuro ciwe yacumuje Yuda mu gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+.

  • Ezekiyeli 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ewe wa gisagara gisesa amaraso+ hagati muri co gushika igihe caco gishitse+, kandi kikaba cakoze muri co ibigirwamana vy’umwanda kugira ngo gihumane+,

  • Mika 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.

  • Matayo 23:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika