2 Abami 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 no kubera amaraso y’intungane yari yarasheshe, ku buryo yuzuza Yeruzalemu amaraso y’intungane+, maze Yehova ntiyemera kubabarira+. Yeremiya 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko amaso yanje ari ku nzira zabo zose. Ntibahishijwe ngo sindababone, eka n’ikosa ryabo ntirinyegejwe amaso yanje+.
4 no kubera amaraso y’intungane yari yarasheshe, ku buryo yuzuza Yeruzalemu amaraso y’intungane+, maze Yehova ntiyemera kubabarira+.
17 Kuko amaso yanje ari ku nzira zabo zose. Ntibahishijwe ngo sindababone, eka n’ikosa ryabo ntirinyegejwe amaso yanje+.