2 Samweli 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Dawidi yariko adugana umudugo w’Imyelayo+, aduga arira, umutwe wiwe upfutse+, kandi yariko agenda ibirenge bisa; nuko abantu bose bari kumwe na we umwe wese apfuka umutwe wiwe, maze baraduga, baduga barira+.
30 Dawidi yariko adugana umudugo w’Imyelayo+, aduga arira, umutwe wiwe upfutse+, kandi yariko agenda ibirenge bisa; nuko abantu bose bari kumwe na we umwe wese apfuka umutwe wiwe, maze baraduga, baduga barira+.