Ezekiyeli 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Mwana w’umuntu, mbega ab’inzu ya Isirayeli, ya nzu y’ingarariji+, ntibakubajije bati: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’ Ezekiyeli 37:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi abana b’igisata cawe nibatangura kukubwira ngo: ‘Mbega ntutubwira ico ivyo bintu bisobanura kuri wewe+?’,
9 “Mwana w’umuntu, mbega ab’inzu ya Isirayeli, ya nzu y’ingarariji+, ntibakubajije bati: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’
18 Kandi abana b’igisata cawe nibatangura kukubwira ngo: ‘Mbega ntutubwira ico ivyo bintu bisobanura kuri wewe+?’,