ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano.

  • Yobu 31:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nimba nahora nezererwa ukuzimangana kw’uwunyanka urunuka+,

      Canke nkaryoherwa n’uko ikibi camuronse . . .

  • Imigani 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umwansi wawe aguye, ntuhimbarwe; kandi atewe gutsitara, umutima wawe ntunezerwe+,

  • Obadiya 12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ntiwari ukwiye kwirorerera ku musi wa mwene wanyu+, ku musi w’amagorwa yiwe; ntiwari ukwiye kunezerwa ku bijanye na bene Yuda ku musi bahona+; ntiwari ukwiye kuguma utaburuye umunwa ku musi w’amarushwa yabo.

  • Zefaniya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Narumvise agacokoro ka Mowabu+ be n’amajambo y’ibitutsi ya bene Amoni+, ivyo batutse abantu banje, bakaguma bihambaza barwanya akarere kabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika