ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 16:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko kubera ko umutima wabo wari uryohewe+, batangura kuvuga bati: “Hamagare Samusoni abe aratunezereza+.” Bahamagara rero Samusoni mu nzu y’ibohero kugira ngo agirire imbere yabo ibituma batwenga+; bamuhagarika hagati y’inkingi.

  • 2 Samweli 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+.

  • Yobu 31:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nimba nahora nezererwa ukuzimangana kw’uwunyanka urunuka+,

      Canke nkaryoherwa n’uko ikibi camuronse . . .

  • Imigani 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+.

  • Imigani 25:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nimba uwukwanka ashonje, muhe umukate arye; kandi nimba anyotewe, muhe amazi anywe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika