ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ni twebwe twagavye igitero mu bumanuko bw’Abakereti+ no mu karere ka Yuda no mu bumanuko bwa Kalebu+; kandi Zikulagi twahaturije umuriro.”

  • Zefaniya 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Baragowe ababa mu karere k’ikiyaga, ihanga ry’Abakereti+! Ijambo rya Yehova ni mwebwe rirwanya. Ewe Kanani, wewe gihugu c’Abafilisitiya, na wewe nzokurandura ntihagire uwukubamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika