Yosuwa 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nya rubibe rwarahindukira rwerekeza i Rama gushika ku gisagara gikingijwe ibihome ca Tiro+. Rwarahindukira rwerekeza i Hosa, rukagarukira ku kiyaga mu karere ka Akizibu+,
29 Nya rubibe rwarahindukira rwerekeza i Rama gushika ku gisagara gikingijwe ibihome ca Tiro+. Rwarahindukira rwerekeza i Hosa, rukagarukira ku kiyaga mu karere ka Akizibu+,