-
Ezekiyeli 25:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Kandi uvuge ku bijanye na bene Amoni uti: ‘Nimwumve ijambo ry’Umukama Segaba Yehova. Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ko wavuze ngo Ahaa! ku bijanye n’aheranda hanje kuko hahumanijwe, no ku bijanye n’ubutaka bwa Isirayeli kuko bwasizwe ari umusaka, no ku bijanye n’inzu ya Yuda kuko bagiye mu bunyagano+,
-