ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwutwengera mw’ijigo ntahonikora aba asize iceyi Uwamuhinguye+. Uwunezererwa icago c’uwundi ntazobura guhanwa+.

  • Imigani 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umwansi wawe aguye, ntuhimbarwe; kandi atewe gutsitara, umutima wawe ntunezerwe+,

  • Ezekiyeli 26:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Mwana w’umuntu, ko Tiro+ yavuze kuri Yeruzalemu ngo+: ‘Ahaa! Yasenyuwe+, umwe yari inzugi z’ibisata vy’abantu+! Ibintu ntibizobura guhindukirira iwanje. Ngiye kwuzuzwa; erega yatikijwe+,’

  • Ezekiyeli 35:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe+ ku karere k’imisozi ka Seyiri+, uvuge ubuhanuzi buhagiriza+.

  • Ezekiyeli 35:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova numvise ivy’ukutubaha vyose wavuze ku vyerekeye imisozi ya Isirayeli+, ngo: “Yagizwe umusaka. Twayihawe ngo itubere ibifungurwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika