Yoweli 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+; Amosi 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Tiro+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bagabuye kuri Edomu umugwi ukwiye w’abagizwe inyagano, no kubera ko batibutse isezerano ry’abavukana+.
6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+;
9 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Tiro+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bagabuye kuri Edomu umugwi ukwiye w’abagizwe inyagano, no kubera ko batibutse isezerano ry’abavukana+.