Gusubira mu vyagezwe 28:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Abahungu bawe n’abakobwa bawe bazohabwa ikindi gisata+ amaso yawe avyitegereza, yame yipfuza kubabona, ariko amaboko yawe ata co ari bushobore+. Ezekiyeli 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yavani+, Tubali+ na Mesheki+ bari abacuruza bawe. Ibikabwa vyawe vyatangwa ngo uronke abantu+ be n’ibintu vy’umujumpu.
32 Abahungu bawe n’abakobwa bawe bazohabwa ikindi gisata+ amaso yawe avyitegereza, yame yipfuza kubabona, ariko amaboko yawe ata co ari bushobore+.
13 Yavani+, Tubali+ na Mesheki+ bari abacuruza bawe. Ibikabwa vyawe vyatangwa ngo uronke abantu+ be n’ibintu vy’umujumpu.