Itanguriro 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bene Yafeti bari Gomeri+ na Magogi+ na Madayi+ na Yavani+ na Tubali+ na Mesheki+ na Tirasi+. Zakariya 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko nzoshinga ikirenge kuri Yuda nk’aho ndagishinze ku muheto wanje. Nzoshira Efurayimu mu muheto, nkangure abana bawe+, ewe Siyoni, barwanye abana bawe, ewe Bugiriki+, kandi nzokugira nk’inkota y’umugabo w’umunyenkomezi+.’
13 Kuko nzoshinga ikirenge kuri Yuda nk’aho ndagishinze ku muheto wanje. Nzoshira Efurayimu mu muheto, nkangure abana bawe+, ewe Siyoni, barwanye abana bawe, ewe Bugiriki+, kandi nzokugira nk’inkota y’umugabo w’umunyenkomezi+.’