Daniyeli 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+. Yoweli 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+;
21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+.
6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+;