ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 49:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nimuhunge+! Nimusubire inyuma! Nimumanuke ibwina mubeyo+, yemwe ababa i Dedani+! Kuko nzomuzanako icago ca Esawu, igihe nzokwitaho ivyiwe+.

  • Gucura intimba 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Siyoni, rirarangiye+. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.

      Yitayeho ivy’ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Edomu. Yapfukuye ibicumuro vyawe+.

  • Ezekiyeli 36:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ni ukuri, nzovugana umwete wanje ururumba umuriro+ mu kwagiriza amasigarira y’amahanga be na Edomu, yose uko ingana+, abihaye igihugu canje ngo kibegukire, bakabigira bari n’umunezero mu mutima wose+, bari n’akagaye mu mutima+, kubera itongo ryaho ry’uburagiriro no kubera isahu+.’”’

  • Amosi 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Edomu+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko yakurikiranye mwene wabo bwite n’inkota+, no kubera ko yononye kamere ziwe bwite z’imbabazi+, n’ishavu ryiwe rikaguma ritabagura ibihe bidahera; uburake bwiwe na bwo yabugumanye ibihe vyose+.

  • Obadiya 1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Ivyo Obadiya yeretswe:

      Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze kuri Edomu+: “Hari inkuru twumvise ivuye kuri Yehova, kandi hari intumwa itumwe mu mahanga, ngo: ‘Nimuhaguruke, duhaguruke tumurwanye mu rugamba+.’”

  • Obadiya 10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kubera ubukazi wagiriye mwene wanyu Yakobo+, uzokwicwa n’ibimaramare+, kandi uzorandurwa ata kabuza gushika igihe kitagira urugero*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika