ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ico gihe cose, igihugu bari baragitaye kiriko kirishura amasabato yaco+ mu gihe cari umusaka batakikibamwo, na bo ubwabo bakaba bariko barishura ikosa ryabo+, kubera yuko, emwe, kubera yuko bari barataye ingingo zanje z’ubutungane+, n’imitima yabo ikaba yari yarazinutswe ivyagezwe vyanje+.

  • Yesaya 40:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Nimubwire umutima wa Yeruzalemu+, musemerere mumubwira yuko igikorwa ciwe ca gisirikare kirangutse+, yuko ikosa ryiwe ryishuwe+. Kuko yaronse mu kuboko kwa Yehova urugero rwuzuye ku bw’ibicumuro vyiwe vyose+.”

  • Yeremiya 50:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Muri iyo misi no muri ico gihe+,” ni ko Yehova avuze, “ikosa rya Isirayeli rizoronderwa+, mugabo rizobura; n’ibicumuro vya Yuda bizoronderwa+, mugabo ntibizoboneka, kuko nzobabarira abo nzoba nasigaje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika