Gucura intimba 4:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ewe mukobwa wa Siyoni, igihano c’ikosa ryawe carangiye. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+. Mugabo wewe Edomu*, ikosa ryawe azoryitaho. Azoshira ahabona ibicumuro vyawe+.
22 Ewe mukobwa wa Siyoni, igihano c’ikosa ryawe carangiye. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+. Mugabo wewe Edomu*, ikosa ryawe azoryitaho. Azoshira ahabona ibicumuro vyawe+.