Ezekiyeli 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hazocika imbuga yo kwanikiramwo insenga z’umukwabu+ hagati mu kiyaga+.’ “‘Kuko jewe navuze,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kandi ntihazobura gucika ikintu co gusahurwa n’amahanga.
5 Hazocika imbuga yo kwanikiramwo insenga z’umukwabu+ hagati mu kiyaga+.’ “‘Kuko jewe navuze,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kandi ntihazobura gucika ikintu co gusahurwa n’amahanga.