2 Abami 24:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza gutera ico gisagara, mu gihe abasuku biwe bari bagisugereje+. Yeremiya 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.
11 Nuko Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza gutera ico gisagara, mu gihe abasuku biwe bari bagisugereje+.
39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.