ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 27:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uw’ahandi abe ari we agushemeza, ntikabe akanwa kawe; umunyamahanga abe ari we abigira, ntibe iminwa yawe bwite+.

  • Yesaya 23:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yehova nyen’ingabo ubwiwe ni we yafashe iyo ngingo+, kugira ngo ubwishime bw’ubwiza bwose buhumanywe+, kugira ngo abantu b’iteka bo kw’isi bakengerwe+.

  • Ezekiyeli 28:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Mwana w’umuntu, ririmba akaririmbo k’intimba ku vyerekeye umwami wa Tiro+, umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze:

      “‘“Ushira ikidodo ku citegererezo c’ukutagira akanenge, ukaba wuzuye ubukerebutsi+ kandi utagira akanenge mu bwiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika