ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 21:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nta bukerebutsi, nta gutahura, nta mpanuro, mu kurwanya Yehova+.

  • Yesaya 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko yavuze ati: ‘Biciye ku bubasha bw’ukuboko kwanje nzogira ico nkoze koko+, biciye no ku bukerebutsi bwanje, kuko mfise ugutegera; kandi nzokuraho imbibe z’ibisata vy’abantu+, ibintu vyabo birundanijwe ndabinyage koko+, kandi nk’umunyabubasha, nzomanura abahaba+.

  • Yeremiya 9:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Inkerebutsi ntiyiyemere kubera ubukerebutsi bwayo+, n’umunyenkomezi ntiyiyemere kubera inkomezi ziwe+. Umutunzi ntiyiyemere kubera ubutunzi bwiwe+.”

  • Ezekiyeli 28:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 aho rero ngo urusha Daniyeli ubukerebutsi+! Ngo nta mabanga ariho ahwanye nawe+!

  • Zakariya 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Riziye kandi Hamati+ ihana urubibe na ho; riziye na Tiro+ be na Sidoni+, kuko ari inkerebutsi cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika