ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko mu mwaka ugira icenda+ Zedekiya ari umwami, mu kwezi kugira cumi+, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni araza+, egome, we n’inteko za gisirikare ziwe zose, baza gutera Yeruzalemu; nuko barakambika ngo bayitere, bubaka irya n’ino uruhome rw’ukuyisugereza+.

  • Luka 19:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Kubera ko imisi izoza kuri wewe aho abansi bawe bazokwubaka hirya no hino yawe igihome+ c’ibisonga+, kandi bazogukikuza+ bagusugereze+ impande zose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika