Nehemiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwo kwezi+, bene Isirayeli bakoranira hamwe bisonzesheje+ kandi bambaye amagunira*+, bishizeko n’ivu+. Yobu 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bararamuye amaso bari nka hariya, ntibamumenya. Bashira ijwi hejuru, bararira, umwe wese atantamura+ umwitero wiwe utagira amaboko, basūrira umukungugu mu kirere ku mitwe yabo+. Ivyahishuwe 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze bisūrirako umukungugu ku mitwe+, biha akaruru, barira bongera bagandara+, bavuga bati: ‘Birababaje, birababaje—ca gisagara gikomeye, kimwe abafise amato ku kiyaga+ bose batungiyemwo+ kubera ibitayega vyaco, kuko mw’isaha imwe gitikijwe+!’
9 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwo kwezi+, bene Isirayeli bakoranira hamwe bisonzesheje+ kandi bambaye amagunira*+, bishizeko n’ivu+.
12 Bararamuye amaso bari nka hariya, ntibamumenya. Bashira ijwi hejuru, bararira, umwe wese atantamura+ umwitero wiwe utagira amaboko, basūrira umukungugu mu kirere ku mitwe yabo+.
19 Maze bisūrirako umukungugu ku mitwe+, biha akaruru, barira bongera bagandara+, bavuga bati: ‘Birababaje, birababaje—ca gisagara gikomeye, kimwe abafise amato ku kiyaga+ bose batungiyemwo+ kubera ibitayega vyaco, kuko mw’isaha imwe gitikijwe+!’