Yesaya 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe. Yeremiya 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi bazopfira koko muri iki gihugu, abakuru n’abato. Ntibazohambwa+, kandi abantu ntibazokwikubitagura kubera bo, eka nta n’uwuzokwikebagura+ canke ngo yiharanguze kubera bo+. Mika 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Niwitobore ubuhanza, wimoshe umushatsi kubera abana bawe baguhimbara cane+. Niwagure ubuhanza bwawe bube nk’ubw’inkona, kuko bagiye mu bunyagano kure yawe+.”
2 Yaduze kuri Ya Nzu be n’i Diboni+, ku bibanza bikirurutse, kuririrayo. Mowabu iraboroga kubera Nebo+ no kubera Medeba+. Ku mitwe yaho yose hari ubuhanza+; ubwanwa bwose buramowe.
6 Kandi bazopfira koko muri iki gihugu, abakuru n’abato. Ntibazohambwa+, kandi abantu ntibazokwikubitagura kubera bo, eka nta n’uwuzokwikebagura+ canke ngo yiharanguze kubera bo+.
16 Niwitobore ubuhanza, wimoshe umushatsi kubera abana bawe baguhimbara cane+. Niwagure ubuhanza bwawe bube nk’ubw’inkona, kuko bagiye mu bunyagano kure yawe+.”