Ezekiyeli 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi wewe ga mwana w’umuntu, ehe bazogushirako imigozi koko, bayikuboheshe, ku buryo udashobora gusohoka ngo uje hagati muri bo+.
25 Kandi wewe ga mwana w’umuntu, ehe bazogushirako imigozi koko, bayikuboheshe, ku buryo udashobora gusohoka ngo uje hagati muri bo+.