1 Abami 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ atuma abasuku biwe+ kuri Salomo, kuko yari yumvise yuko ari we bari barobanuje amavuta ngo abe umwami mu kibanza ca se wiwe; kuko Hiramu yari yamye akunda Dawidi+.
5 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ atuma abasuku biwe+ kuri Salomo, kuko yari yumvise yuko ari we bari barobanuje amavuta ngo abe umwami mu kibanza ca se wiwe; kuko Hiramu yari yamye akunda Dawidi+.