2 Samweli 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro arungika intumwa+ kuri Dawidi, be n’ibiti vy’amasederi+ n’abakora mu vy’ibiti be n’abakora mu vy’amabuye y’impome, maze batangura kwubakira Dawidi inzu+. 1 Ngoma 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ arungika intumwa kuri Dawidi, n’ibiti vy’amasederi+ n’abubatsi b’impome n’abakora mu vy’ibiti, kugira ngo bamwubakire inzu+.
11 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro arungika intumwa+ kuri Dawidi, be n’ibiti vy’amasederi+ n’abakora mu vy’ibiti be n’abakora mu vy’amabuye y’impome, maze batangura kwubakira Dawidi inzu+.
14 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ arungika intumwa kuri Dawidi, n’ibiti vy’amasederi+ n’abubatsi b’impome n’abakora mu vy’ibiti, kugira ngo bamwubakire inzu+.