ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ukwita imbere kwaje? Agateterwe kazoza rero+; mugabo ubukerebutsi buri kumwe n’abifata ruto+.

  • Imigani 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+.

  • Ezekiyeli 27:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 ubwire Tiro uti:

      “‘Yewe wewe uba ku minjiriro y’ikiyaga+, mucuruzakazi w’ibisata vy’abantu ku bw’amazinga menshi+, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ewe Tiro, wewe ubwawe wavuze ngo: ‘Singira akanenge mu bwiza+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika