Ezekiyeli 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Tiro, kandi nzodugana amahanga menshi akurwanye+, nk’uko ikiyaga kiduza imipfunda yaco+.
3 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Tiro, kandi nzodugana amahanga menshi akurwanye+, nk’uko ikiyaga kiduza imipfunda yaco+.