Malaki 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.