ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 32:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi abantu banje bazokwibera ahantu h’amahoro no mu bigo bitekanye rwose n’ahantu h’ukuruhukira hatagira inkomanzi+.

  • Ezekiyeli 38:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ntuzobura kuvuga ngo: “Nzoduga gutera igihugu c’uturere turangaye two mu gihugu hagati+. Nzoshika ku batagira inkomanzi, bibereye mu mutekano, bose bakaba babayeho ata ruhome rubakingiye+, kandi ntibagira mbere n’igihindizo canke imiryango.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika