Kuvayo 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’ Yeremiya 49:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Haguruke muduge gutera ihanga ritekanye+, ryibereyeho mu mutekano+!”, ni ko Yehova avuze. “Nta miryango canke igihindizo rifise. Babayeho ari inyakamwe+.
9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’
31 “Haguruke muduge gutera ihanga ritekanye+, ryibereyeho mu mutekano+!”, ni ko Yehova avuze. “Nta miryango canke igihindizo rifise. Babayeho ari inyakamwe+.