Guharura 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ndababona ndi kw’isonga ry’ibitandara,Nkabitegereza ndi ku mirambi.Uko bagize igisata, baguma bacumbitse hariya bari ukwa bonyene+,Kandi ntibiharura mu mahanga+. Gusubira mu vyagezwe 33:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Isirayeli izokwiberaho mu mutekano+,Rya sôko rya Yakobo ryibere ukwa ryonyene+,Mu gihugu c’intete n’umuvinyu mushasha+.Egome, amajuru azoreka ikime gitonyange+. Mika 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ragiza abantu bawe ikibando cawe+, ari bo mukuku w’intoranwa yawe, abahora baba mu kibira ari bonyene—hagati mu murima w’ivyamwa+. Nibarishe i Bashani n’i Gileyadi+ nko mu misi ya kera+.
9 Kuko ndababona ndi kw’isonga ry’ibitandara,Nkabitegereza ndi ku mirambi.Uko bagize igisata, baguma bacumbitse hariya bari ukwa bonyene+,Kandi ntibiharura mu mahanga+.
28 Isirayeli izokwiberaho mu mutekano+,Rya sôko rya Yakobo ryibere ukwa ryonyene+,Mu gihugu c’intete n’umuvinyu mushasha+.Egome, amajuru azoreka ikime gitonyange+.
14 Ragiza abantu bawe ikibando cawe+, ari bo mukuku w’intoranwa yawe, abahora baba mu kibira ari bonyene—hagati mu murima w’ivyamwa+. Nibarishe i Bashani n’i Gileyadi+ nko mu misi ya kera+.